"You Know Better" Дууны үг
"You Know Better" нь Кирунди хэлээр дууны үгтэй.
"You Know Better" гэсэн утга нь Кирунди хэлнээс гаралтай бөгөөд одоогоор англи орчуулга руу хөрвүүлээгүй байна.
-Written by Double Jay & Mo’W Kanzie
-Produced by Oneway
-Directed by @johnelarts
-Dressed by Madred
-Makeup by Jenny Makeup
-Actors: Oneway & Davina
-Location: La Coupe Restaurant
LYRICS
————————————
Verse 1:
Ndasosewe n’urukundo rwawe
Ndahimbawe nukwitwa uwawe
Waraje umpa energy
Musore wo mumuji
Narihojeje abandi
Ubu iwawe Niho ndi
Bridge:
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha
Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Chorus:
Every night my Darling erega ni wewe ndota Ndikumwe Nawe Darling Hakuna Matata
Everywhere my Darling erega ni wewe mbona
Ndikumwe Nawe Darling Mimi Sina noma
Verse 2:
Bavuga kw’amaso akunda atabona neza
Ko wankunze birenze undondera kubr utanzi neza
Bavuga ko ntagukwiye ntarumuntu Mwiza
Ngo nivyakanya gato mumezi abiri uzobumenye neza
Bavuga kwimico yanje ntihuje niyawe
Umugabo nkawe ntaberanye Nanje
Bridge:
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Uranyigisha gukunda wewe ubizi kundusha
Nanje ndagukunda kandi sinokwitesha
Chorus:
Every night my Darling erega ni wewe ndota Ndikumwe Nawe Darling Hakuna Matata
Everywhere my Darling erega ni wewe mbona
Ndikumwe Nawe Darling Mimi Sina noma
Darling Hakuna Matata
Darling Mimi Sina noma
_____
Also find Mo'W Kanzie on:
Youtube:
Facebook :
Instagram :
#MowKanzie #YouBetterKnow #kompa #Burundi
(c)2024